ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kuko Yehova Imana yawe ari umuriro uyigiza+, Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+.

  • Gusubira mu vyagezwe 29:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Maze ishavu rya Yehova rirurumbira ico gihugu mu kuzana kuri co umuvumo wose wanditse muri iki gitabu+.

  • Gusubira mu vyagezwe 31:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Maze ishavu ryanje rizobarurumbira koko kuri uyo musi+, kandi sinzobura kubata+ no kubahisha mu maso hanje+, bacike ikintu co kuyigizwa. Bazotegerezwa gushikirwa n’ivyago vyinshi n’amarushwa menshi+, kandi kuri uyo musi ntibazobura kuvuga ngo: ‘Mbega ibi vyago ntivyadushikiye kubera ko Imana yacu itari hagati yacu+?’

  • Zaburi 76:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Wewe, urateye ubwoba+,

      Kandi ni nde yohagarara imbere yawe ngo arinde inkomezi z’ishavu ryawe+?

  • Abaroma 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mu vy’ukuri Itegeko rizana uburake+, mugabo ahatagira itegeko, nta kugabitanya kuba kukihabaye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika