2 Ngoma 29:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko ba data bahemutse+, bagakora ivyari bibi mu maso ya Yehova Imana yacu+, ku buryo bamuhevye+, bagakura amaso yabo kw’itaberenakulo ya Yehova+, bakamuha ibitugu. Zaburi 106:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Twaracumuye cokimwe na ba sogokuruza bacu+;Twaragize nabi; twakoze ivy’ububisha+. Yeremiya 16:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi mwebwe mu bikorwa vyanyu, mwakoze nabi kurusha ba so+, kandi ehe umwe wese ariko akurikira akagagazo+ k’umutima wiwe mubi, mu kutangamburukira+. Daniyeli 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ewe Yehova, twebwe dufise ibimaramare ku maso yacu, twe n’abami bacu, abaganwa bacu na ba sogokuruza bacu, kuko twagucumuyeko+.
6 Kuko ba data bahemutse+, bagakora ivyari bibi mu maso ya Yehova Imana yacu+, ku buryo bamuhevye+, bagakura amaso yabo kw’itaberenakulo ya Yehova+, bakamuha ibitugu.
12 Kandi mwebwe mu bikorwa vyanyu, mwakoze nabi kurusha ba so+, kandi ehe umwe wese ariko akurikira akagagazo+ k’umutima wiwe mubi, mu kutangamburukira+.
8 “Ewe Yehova, twebwe dufise ibimaramare ku maso yacu, twe n’abami bacu, abaganwa bacu na ba sogokuruza bacu, kuko twagucumuyeko+.