2 Ngoma 34:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko Hilikiya ari kumwe n’abo umwami yari yavuze baja kuri Hulida+ umuhanuzikazi+, umugore wa Shalumu mwene Tikiva, Tikiva mwene Harihasi, uwitwararika impuzu+, kuko yaba i Yeruzalemu mu gice ca kabiri c’igisagara; maze batangura kumubwira gutyo.
22 Nuko Hilikiya ari kumwe n’abo umwami yari yavuze baja kuri Hulida+ umuhanuzikazi+, umugore wa Shalumu mwene Tikiva, Tikiva mwene Harihasi, uwitwararika impuzu+, kuko yaba i Yeruzalemu mu gice ca kabiri c’igisagara; maze batangura kumubwira gutyo.