2 Abami 22:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu nyuma Hilikiya+ umuherezi mukuru abwira Shafani+ umunyamabanga+ ati: “Ca gitabu c’itegeko+ nacubuye mu nzu ya Yehova.” Hilikiya aha rero ico gitabu Shafani, na we atangura kugisoma.
8 Mu nyuma Hilikiya+ umuherezi mukuru abwira Shafani+ umunyamabanga+ ati: “Ca gitabu c’itegeko+ nacubuye mu nzu ya Yehova.” Hilikiya aha rero ico gitabu Shafani, na we atangura kugisoma.