30 Umwami aduga rero ku nzu ya Yehova+ ari kumwe n’abagabo ba Yuda bose n’ababa i Yeruzalemu n’abaherezi+ n’Abalewi be n’abantu bose, uwuhambaye n’umuto; atangura gusomera+ mu matwi yabo amajambo yose yo muri nya gitabu c’isezerano cari cubuwe mu nzu ya Yehova+.