Yosuwa 24:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nuko Yosuwa agirana isezerano n’abantu kuri uwo musi, abashingira ingingo nyobozi n’ingingo y’ubutungane*+ i Shekemu. 2 Ngoma 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, binjira mw’isezerano+ ryo kurondera Yehova Imana ya ba sekuruza babo n’umutima wabo wose n’ubuzima bwabo bwose+; 2 Ngoma 23:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Maze Yehoyada apfundika isezerano hagati yiwe n’abantu bose be n’umwami, yuko bobandanije kuba abantu+ ba Yehova.
25 Nuko Yosuwa agirana isezerano n’abantu kuri uwo musi, abashingira ingingo nyobozi n’ingingo y’ubutungane*+ i Shekemu.
12 Vyongeye, binjira mw’isezerano+ ryo kurondera Yehova Imana ya ba sekuruza babo n’umutima wabo wose n’ubuzima bwabo bwose+;
16 Maze Yehoyada apfundika isezerano hagati yiwe n’abantu bose be n’umwami, yuko bobandanije kuba abantu+ ba Yehova.