Gusubira mu vyagezwe 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hanyuma Musa ahamagara Isirayeli yose+, ababwira ati: “Niwumve, ewe Isirayeli, ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane+ ndiko mvugira mu matwi yanyu uno musi, kandi mutegerezwa kuziga no kuba maso mukazishitsa+.
5 Hanyuma Musa ahamagara Isirayeli yose+, ababwira ati: “Niwumve, ewe Isirayeli, ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane+ ndiko mvugira mu matwi yanyu uno musi, kandi mutegerezwa kuziga no kuba maso mukazishitsa+.