33 Inyuma y’ivyo, Yosiya akura ibintu biteye ishishi+ vyose mu bihugu vyose vyegukira bene Isirayeli+, kandi atuma ababa muri Isirayeli bose batangura igikorwa, kugira ngo bakorere Yehova Imana yabo. Mu misi yiwe yose ntibakevya ngo bareke gukurikira Yehova Imana ya ba sekuruza babo+.