Yohani 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yezu amaze kuvuga ivyo bintu, asohokana n’abigishwa biwe bajabuka uruzi rw’isumo rwo mu rushana rwitwa Kidironi+, baja ahari umurima, hanyuma we n’abigishwa biwe bawinjiramwo+.
18 Yezu amaze kuvuga ivyo bintu, asohokana n’abigishwa biwe bajabuka uruzi rw’isumo rwo mu rushana rwitwa Kidironi+, baja ahari umurima, hanyuma we n’abigishwa biwe bawinjiramwo+.