Yosuwa 21:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mu muryango wa Benyamini hatangwa Gibeyoni+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho, Geba+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho, 1 Abami 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nayo Umwami Asa, ahamagaza Yuda yose+, ata n’umwe avuyemwo, maze batangura gutwara amabuye y’igisagara ca Rama n’ibiti vyaco, ivyo Bayasha yari yubakishije; hanyuma Umwami Asa atangura kuvyubakisha Geba+ muri Benyamini, na Mizipa+.
17 Mu muryango wa Benyamini hatangwa Gibeyoni+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho, Geba+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho,
22 Nayo Umwami Asa, ahamagaza Yuda yose+, ata n’umwe avuyemwo, maze batangura gutwara amabuye y’igisagara ca Rama n’ibiti vyaco, ivyo Bayasha yari yubakishije; hanyuma Umwami Asa atangura kuvyubakisha Geba+ muri Benyamini, na Mizipa+.