1 Abami 14:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Azoheba Isirayeli+ kubera ibicumuro vya Yerobowamu, ivyo yacumuye akongera akabicumurisha Isirayeli+.” 1 Abami 15:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 kubera ibicumuro vya Yerobowamu, ivyo yacumuye+ akongera akabicumurisha Isirayeli, n’ukubabaza kwiwe yababarishije Yehova Imana ya Isirayeli+.
16 Azoheba Isirayeli+ kubera ibicumuro vya Yerobowamu, ivyo yacumuye akongera akabicumurisha Isirayeli+.”
30 kubera ibicumuro vya Yerobowamu, ivyo yacumuye+ akongera akabicumurisha Isirayeli, n’ukubabaza kwiwe yababarishije Yehova Imana ya Isirayeli+.