1 Abami 12:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko akora inzu yo mu bibanza bikirurutse+ kandi afata abo mu bantu basanzwe, batari abo muri bene Lewi, abagira abaherezi+. 1 Abami 13:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kuko ijambo yasemereye bivuye kw’ijambo rya Yehova abwira ca gicaniro+ kiri i Beteli n’amazu yose yo ku bibanza bikirurutse+ ari mu bisagara vya Samariya+, rizoshika ata kabuza+.”
31 Nuko akora inzu yo mu bibanza bikirurutse+ kandi afata abo mu bantu basanzwe, batari abo muri bene Lewi, abagira abaherezi+.
32 Kuko ijambo yasemereye bivuye kw’ijambo rya Yehova abwira ca gicaniro+ kiri i Beteli n’amazu yose yo ku bibanza bikirurutse+ ari mu bisagara vya Samariya+, rizoshika ata kabuza+.”