ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 18:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 canke uwuzirikisha abandi ubupfumu+ canke umuntu ahanuza uwuvugana n’ibiremwa vy’impwemu+ canke uwagize umwuga ukubura ibizoba+ canke umuntu asiguza abapfuye+.

  • 2 Abami 21:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Acisha umuhungu wiwe mu muriro+, akora ivy’amageza+ yongera arondera ibimenyetso bitara ibizoba kandi ashiraho abavugana n’ibiremwa vy’impwemu+ be n’abagize umwuga ukubura ibizoba+. Akora ku rugero runini ivyari bibi mu maso ya Yehova, kugira ngo amubabaze.

  • Yesaya 8:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kandi nibababwira ngo: “Nimwiture abavugana n’ibiremwa vy’impwemu+ canke abafise impwemu y’ukubura ibizoba bajwigira+ bongera bavuga ibintu n’ijwi ritoyi,” mbega igisata ico ari co cose ntigikwiye kwitura Imana yaco+? Mbega abapfuye ni bo umuntu yokwitura ku bw’abazima+?

  • Ivyakozwe 16:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Maze tugiye muri ca kibanza co gusengeramwo, umusukukazi umwe arimwo impwemu+, idayimoni* y’ukuragura+, aradusanganira. Yahora aronsa ba shebuja inyungu nyinshi+ mu kuragura.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika