Guharura 33:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Muze mwirukane ababa muri ico gihugu bose bave imbere yanyu mwongere mumenagure ibishusho vy’amabuye+ vyabo vyose; ibishusho vyabo vyose vyo mu cuma gishongeshejwe+ muze mubirandure; kandi ibibanza bikirurutse vyeranda vyabo vyose muze mubizimanganye+. Gusubira mu vyagezwe 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mukwiye gusenyagura koko+ ibibanza vyose amahanga muriko muromora yakorereyemwo imana zayo, ku misozi miremire n’imirambi no munsi y’igiti gitotahaye+ cose.
52 Muze mwirukane ababa muri ico gihugu bose bave imbere yanyu mwongere mumenagure ibishusho vy’amabuye+ vyabo vyose; ibishusho vyabo vyose vyo mu cuma gishongeshejwe+ muze mubirandure; kandi ibibanza bikirurutse vyeranda vyabo vyose muze mubizimanganye+.
2 Mukwiye gusenyagura koko+ ibibanza vyose amahanga muriko muromora yakorereyemwo imana zayo, ku misozi miremire n’imirambi no munsi y’igiti gitotahaye+ cose.