ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 21:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ni co gituma ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ehe ngira nzane ivyago kuri Yeruzalemu+ na Yuda, uwuzovyumva wese amatwi yiwe yompi akaba azovugiramwo iminzerere+.

  • 2 Abami 22:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 kubera ko bampevye bakaja gufumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+ kugira ngo bambabarishe igikorwa cose c’amaboko yabo+, kandi ubushangashirwe bwanje burarurumbiye aha hantu, ntibuzozima+.’”’

  • 2 Ngoma 36:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Mugabo baguma bashinyagurira+ izo ntumwa z’Imana y’ukuri, basuzugura amajambo yayo+ bongera batwenga+ abahanuzi bayo, gushika ubushangashirwe+ bwa Yehova buje ku bantu biwe, gushika aho gukira bitaba bigishoboka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika