Yesaya 57:1 Bibiliya y’isi nshasha 57 Umugororotsi yayogeye+, ariko nta n’umwe abishira ku mutima+. Abantu b’ubuntu bwuzuye urukundo bakoranirizwa ku bapfuye+, kandi nta n’umwe atahura yuko umugororotsi ajanwa kubera ivyago+.
57 Umugororotsi yayogeye+, ariko nta n’umwe abishira ku mutima+. Abantu b’ubuntu bwuzuye urukundo bakoranirizwa ku bapfuye+, kandi nta n’umwe atahura yuko umugororotsi ajanwa kubera ivyago+.