1 Ngoma 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Bene Yosiya bari aba: imfura yari Yohanani, uwugira kabiri yari Yehoyakimu+, uwugira gatatu yari Zedekiya+, uwugira kane akaba Shalumu. Yeremiya 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ryongera kumuzako mu misi ya Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, gushika umwaka ugira cumi na rimwe wa Zedekiya+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, urangiye, gushika Yeruzalemu igiye mu bunyagano mu kwezi kugira gatanu+. Yeremiya 22:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Azohambwa nk’uko bahamba indogobwa y’ingabo+, aburutwe yongere atabwe inyuma y’amarembo ya Yeruzalemu+.’
15 Bene Yosiya bari aba: imfura yari Yohanani, uwugira kabiri yari Yehoyakimu+, uwugira gatatu yari Zedekiya+, uwugira kane akaba Shalumu.
3 Ryongera kumuzako mu misi ya Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, gushika umwaka ugira cumi na rimwe wa Zedekiya+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, urangiye, gushika Yeruzalemu igiye mu bunyagano mu kwezi kugira gatanu+.
19 Azohambwa nk’uko bahamba indogobwa y’ingabo+, aburutwe yongere atabwe inyuma y’amarembo ya Yeruzalemu+.’