Yeremiya 26:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko Umwami Yehoyakimu+ n’abagabo b’abanyenkomezi biwe bose n’abaganwa bose bumva amajambo yiwe, maze umwami atangura kurondera kumwica+. Uriya avyumvise, aca aratinya+ hanyuma arahunga, ashika mu Misiri. Yeremiya 36:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ntibagira ubwoba+; eka kandi umwami n’abasuku biwe bose, abariko bumviriza ayo majambo yose, ntibatantamuye impuzu zabo+.
21 Nuko Umwami Yehoyakimu+ n’abagabo b’abanyenkomezi biwe bose n’abaganwa bose bumva amajambo yiwe, maze umwami atangura kurondera kumwica+. Uriya avyumvise, aca aratinya+ hanyuma arahunga, ashika mu Misiri.
24 Ntibagira ubwoba+; eka kandi umwami n’abasuku biwe bose, abariko bumviriza ayo majambo yose, ntibatantamuye impuzu zabo+.