2 Ngoma 28:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi mu bisagara vyose, egome, ibisagara vya Yuda, akora ibibanza bikirurutse+ kugira afumbishirize umwotsi w’ibimazi izindi mana+, gutyo ababaza+ Yehova Imana ya ba sekuruza biwe. 2 Ngoma 33:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yubaka ibicaniro+ mu nzu ya Yehova, iyo Yehova yari yaravuze ku biyerekeye ati: “I Yeruzalemu ni ho izina ryanje rizoba gushika igihe kitagira urugero+.”
25 Kandi mu bisagara vyose, egome, ibisagara vya Yuda, akora ibibanza bikirurutse+ kugira afumbishirize umwotsi w’ibimazi izindi mana+, gutyo ababaza+ Yehova Imana ya ba sekuruza biwe.
4 Yubaka ibicaniro+ mu nzu ya Yehova, iyo Yehova yari yaravuze ku biyerekeye ati: “I Yeruzalemu ni ho izina ryanje rizoba gushika igihe kitagira urugero+.”