1 Samweli 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Avuga ati: “Ubu ni bwo buzoba uburenganzira+ bw’umwami azobaganza: Abahungu banyu azobatwara+ abashire mu mikogote+ yiwe ari abiwe, no mu bagendera ku mafarasi biwe+, kandi bamwe bazobwirizwa kwiruka imbere y’imikogote yiwe+; 2 Samweli 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Inyuma y’ivyo, Abusalomu yikoreshereza umukogote, yironderera amafarasi n’abagabo mirongo itanu biruka imbere yiwe+. 1 Abami 14:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Umwami Rehobowamu akora rero inkinzo z’umujumpu mu kibanza cazo, maze azizeza abakuru b’abirutsi+, abarinzi b’ubwinjiriro bw’inzu y’umwami+.
11 Avuga ati: “Ubu ni bwo buzoba uburenganzira+ bw’umwami azobaganza: Abahungu banyu azobatwara+ abashire mu mikogote+ yiwe ari abiwe, no mu bagendera ku mafarasi biwe+, kandi bamwe bazobwirizwa kwiruka imbere y’imikogote yiwe+;
15 Inyuma y’ivyo, Abusalomu yikoreshereza umukogote, yironderera amafarasi n’abagabo mirongo itanu biruka imbere yiwe+.
27 Umwami Rehobowamu akora rero inkinzo z’umujumpu mu kibanza cazo, maze azizeza abakuru b’abirutsi+, abarinzi b’ubwinjiriro bw’inzu y’umwami+.