2 Abami 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ariko Yehosheba+ umukobwa w’Umwami Yehoramu, mushiki wa Ahaziya, atora Yehowasi+ mwene Ahaziya, amwiba mu bahungu b’umwami bari kwicwa, egome, we n’umurezi wiwe, amushira mu cumba kigenewe uburiri, baguma bamunyegeje+ amaso ya Ataliya, ntiyicwa. 1 Ngoma 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 uwa Yehoshafati akaba Yehoramu+, uwa Yehoramu akaba Ahaziya+, uwa Ahaziya akaba Yehowasi+, 2 Ngoma 24:1 Bibiliya y’isi nshasha 24 Yehowasi yari afise imyaka indwi igihe yatangura kuganza+, amara imyaka mirongo ine aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Zibiya w’i Beyeri-sheba+.
2 Ariko Yehosheba+ umukobwa w’Umwami Yehoramu, mushiki wa Ahaziya, atora Yehowasi+ mwene Ahaziya, amwiba mu bahungu b’umwami bari kwicwa, egome, we n’umurezi wiwe, amushira mu cumba kigenewe uburiri, baguma bamunyegeje+ amaso ya Ataliya, ntiyicwa.
24 Yehowasi yari afise imyaka indwi igihe yatangura kuganza+, amara imyaka mirongo ine aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Zibiya w’i Beyeri-sheba+.