2 Samweli 20:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Sheva+ yari umunyamabanga+, Zadoki+ na Abiyatari+ na bo bakaba abaherezi. 2 Abami 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko batangura gusemerera bahamagara umwami, mugabo Eliyakimu+ mwene Hilikiya, uwagaba urugo, na Shebuna+ umunyamabanga na Yowa mwene Asafu umukarani, baba ari bo basohoka baza aho bari.
18 Nuko batangura gusemerera bahamagara umwami, mugabo Eliyakimu+ mwene Hilikiya, uwagaba urugo, na Shebuna+ umunyamabanga na Yowa mwene Asafu umukarani, baba ari bo basohoka baza aho bari.