-
2 Ngoma 24:11Bibiliya y’isi nshasha
-
-
11 Igihe kibereye kigeze, yarazana nya sandugu akayizeza umwami biciye mu kuboko kw’Abalewi+, maze babonye ko hariho amahera menshi+, umunyamabanga+ w’umwami n’icariho c’umukuru w’abaherezi baraza bagacuranura nya sandugu bagaheza bakayiterura bakayisubiza mu kibanza cayo. Ukwo ni ko bagira ku musi ku musi, ku buryo begeranya amahera menshi.
-