2 Abami 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ariko ku bijanye n’inzu ya Yehova, ntihakorwa amabesani y’ifeza, ibizimisho+, amabakure+, inzumbete+, n’ubwoko na bumwe bw’ikintu c’inzahabu n’ikintu c’ifeza, mu mahera yazanwa ku nzu ya Yehova+;
13 Ariko ku bijanye n’inzu ya Yehova, ntihakorwa amabesani y’ifeza, ibizimisho+, amabakure+, inzumbete+, n’ubwoko na bumwe bw’ikintu c’inzahabu n’ikintu c’ifeza, mu mahera yazanwa ku nzu ya Yehova+;