2 Ngoma 25:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nuko bamutwara ku mafarasi+ hanyuma bamuhamba hamwe na ba sekuruza biwe mu gisagara ca Yuda+.