2 Ngoma 26:1 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze abantu bose+ bo muri Yuda batora Uziya+, uno akaba yari afise imyaka cumi n’itandatu, bamugira+ umwami mu kibanza ca se Amaziya+. Matayo 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Asa avyara Yehoshafati+;Yehoshafati avyara Yehoramu+;Yehoramu avyara Uziya;
26 Maze abantu bose+ bo muri Yuda batora Uziya+, uno akaba yari afise imyaka cumi n’itandatu, bamugira+ umwami mu kibanza ca se Amaziya+.