2 Abami 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuko Yehova aha Isirayeli umukiza+, ku buryo bava munsi y’ukuboko kwa Siriya, maze bene Isirayeli babandanya kuba mu mazu yabo nka kera+. Zaburi 86:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo wewe, ewe Yehova, uri Imana y’inyembabazi n’inyempuhwe+,Iteba gushavura+, kandi igwije ubuntu bwuzuye urukundo be n’ukuri+. Yeremiya 31:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Mbega Efurayimu ni umuhungu w’agaciro kuri jewe, canke umwana afatanwa urukundo+? Kuko uko nzomuhambarira kwose, nzosubira kumwibuka ata kabuza+. Ni co catumye amara yanje amusebagirikira+. Nzomwumvira koko ikigongwe+,” ni ko Yehova avuze. Hoseya 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo inzu ya Yuda nzoyigirira imbabazi+; nzobakiza jewe Yehova Imana yabo+, mugabo sinzobakirisha umuheto canke inkota canke intambara canke amafarasi canke abagendera ku mafarasi+.”
5 Nuko Yehova aha Isirayeli umukiza+, ku buryo bava munsi y’ukuboko kwa Siriya, maze bene Isirayeli babandanya kuba mu mazu yabo nka kera+.
15 Mugabo wewe, ewe Yehova, uri Imana y’inyembabazi n’inyempuhwe+,Iteba gushavura+, kandi igwije ubuntu bwuzuye urukundo be n’ukuri+.
20 “Mbega Efurayimu ni umuhungu w’agaciro kuri jewe, canke umwana afatanwa urukundo+? Kuko uko nzomuhambarira kwose, nzosubira kumwibuka ata kabuza+. Ni co catumye amara yanje amusebagirikira+. Nzomwumvira koko ikigongwe+,” ni ko Yehova avuze.
7 Mugabo inzu ya Yuda nzoyigirira imbabazi+; nzobakiza jewe Yehova Imana yabo+, mugabo sinzobakirisha umuheto canke inkota canke intambara canke amafarasi canke abagendera ku mafarasi+.”