2 Abami 14:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze abantu bose bo muri Yuda batora Azariya+, ico gihe akaba yari afise imyaka cumi n’itandatu+, bamugira umwami mu kibanza ca se Amaziya+. 2 Ngoma 26:1 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze abantu bose+ bo muri Yuda batora Uziya+, uno akaba yari afise imyaka cumi n’itandatu, bamugira+ umwami mu kibanza ca se Amaziya+.
21 Maze abantu bose bo muri Yuda batora Azariya+, ico gihe akaba yari afise imyaka cumi n’itandatu+, bamugira umwami mu kibanza ca se Amaziya+.
26 Maze abantu bose+ bo muri Yuda batora Uziya+, uno akaba yari afise imyaka cumi n’itandatu, bamugira+ umwami mu kibanza ca se Amaziya+.