6 Nuko Peka+ mwene Remaliya+ yica muri Yuda abantu ibihumbi ijana na mirongo ibiri ku musi umwe, bose bakaba bari abagabo b’intwari, kuko bari bahevye Yehova+ Imana ya ba sekuruza babo.
7Nuko mu misi ya Ahazi+ mwene Yotamu, Yotamu mwene Uziya, umwami wa Yuda, Rezini+ umwami wa Siriya na Peka+ mwene Remaliya, umwami wa Isirayeli, baduga i Yeruzalemu kuhatera, mugabo harabananira+.