Yesaya 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi utegerezwa kumubwira uti: ‘Wiyubare kandi ugume utekanye+. Ntutinye, kandi umutima wawe ntushe coba+ kubera udusunwa tubiri tw’izo ngegene zifumba umwotsi, kubera ishavu rirurumba rya Rezini na Siriya na mwene Remaliya+, Yesaya 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi umutwe wa Efurayimu ni Samariya+, umutwe wa Samariya na wo ni mwene Remaliya+. Mutagize ukwizera, ntimuzomara igihe kirekire+.”’”
4 Kandi utegerezwa kumubwira uti: ‘Wiyubare kandi ugume utekanye+. Ntutinye, kandi umutima wawe ntushe coba+ kubera udusunwa tubiri tw’izo ngegene zifumba umwotsi, kubera ishavu rirurumba rya Rezini na Siriya na mwene Remaliya+,
9 Kandi umutwe wa Efurayimu ni Samariya+, umutwe wa Samariya na wo ni mwene Remaliya+. Mutagize ukwizera, ntimuzomara igihe kirekire+.”’”