2 Abami 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko mu mwaka ugira gatatu wa Hosheya+ mwene Ela umwami wa Isirayeli, Hezekiya+ mwene Ahazi+ umwami wa Yuda aba umwami. 1 Ngoma 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 uwa Yotamu akaba Ahazi+, uwa Ahazi akaba Hezekiya+, uwa Hezekiya akaba Manase+, 2 Ngoma 29:1 Bibiliya y’isi nshasha 29 Hezekiya+ yabaye umwami afise imyaka mirongo ibiri n’itanu, maze amara imyaka mirongo ibiri n’icenda aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Abiya umukobwa wa Zekariya+. Yesaya 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Iyerekwa+ rya Yesaya+ mwene Amozi, iryo yabonye ku vyerekeye Yuda na Yeruzalemu mu misi ya Uziya+, Yotamu+, Ahazi+ na Hezekiya+, abami ba Yuda+: Hoseya 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Ijambo rya Yehova+ ryaje kuri Hoseya+ mwene Beyeri mu misi+ ya Uziya+, n’iya Yotamu+, n’iya Ahazi+, n’iya Hezekiya+, abami ba Yuda, no mu misi ya Yerobowamu+ mwene Yowasi+, umwami wa Isirayeli. Matayo 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uziya avyara Yotamu;Yotamu+ avyara Ahazi+;Ahazi avyara Hezekiya+;
18 Nuko mu mwaka ugira gatatu wa Hosheya+ mwene Ela umwami wa Isirayeli, Hezekiya+ mwene Ahazi+ umwami wa Yuda aba umwami.
29 Hezekiya+ yabaye umwami afise imyaka mirongo ibiri n’itanu, maze amara imyaka mirongo ibiri n’icenda aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Abiya umukobwa wa Zekariya+.
1 Iyerekwa+ rya Yesaya+ mwene Amozi, iryo yabonye ku vyerekeye Yuda na Yeruzalemu mu misi ya Uziya+, Yotamu+, Ahazi+ na Hezekiya+, abami ba Yuda+:
1 Ijambo rya Yehova+ ryaje kuri Hoseya+ mwene Beyeri mu misi+ ya Uziya+, n’iya Yotamu+, n’iya Ahazi+, n’iya Hezekiya+, abami ba Yuda, no mu misi ya Yerobowamu+ mwene Yowasi+, umwami wa Isirayeli.