2 Abami 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Bahafata+ haheze imyaka itatu; mu mwaka ugira gatandatu wa Hezekiya, ni ukuvuga umwaka ugira icenda wa Hosheya umwami wa Isirayeli, Samariya irafatwa+. Hoseya 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Samariya azoharurwako icaha+, kuko agarariza koko Imana yiwe+. Bazogwishwa n’inkota+. Abana babo bazomenagurwa+, abagore babo bibungenze na bo bafomozwe+.”
10 Bahafata+ haheze imyaka itatu; mu mwaka ugira gatandatu wa Hezekiya, ni ukuvuga umwaka ugira icenda wa Hosheya umwami wa Isirayeli, Samariya irafatwa+.
16 “Samariya azoharurwako icaha+, kuko agarariza koko Imana yiwe+. Bazogwishwa n’inkota+. Abana babo bazomenagurwa+, abagore babo bibungenze na bo bafomozwe+.”