ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Kandi jewe, igihugu nzokigira umusaka+, kandi abansi banyu bakibamwo bazobiraba bumiwe koko+.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kandi Yehova ata gukeka azobasanzaza mu bisata vy’abantu+, kandi koko muzosigara muri inkehwa+ mu mahanga Yehova azobirukaniramwo.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:64
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 64 “Kandi Yehova azogusanzaza mu bisata vyose vy’abantu kuva ku mpera imwe y’isi gushika ku yindi+, kandi hiyo uzobwirizwa gukorera izindi mana utamenye, yaba wewe canke ba sogokuruza bawe, z’ibiti n’amabuye+.

  • 1 Abami 14:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Yehova azoririka koko Isirayeli, nk’uko nyene irenga rihungabana mu mazi+; ata gukeka azorandura+ Isirayeli kuri ubu butaka bwiza+ yahaye ba sekuruza babo, kandi azobasanzariza+ koko hakurya ya rwa Ruzi+, kubera bakoze ibikingi vyeranda+ vyabo, gutyo bakababaza+ Yehova.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika