Zaburi 33:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hahiriwe ihanga Imana yaryo ari Yehova+,Igisata c’abantu yatoye ngo kibe intoranwa yiwe+. Zaburi 135:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko Ya yitoreye Yakobo+,Isirayeli ngo abe inyegu yiwe idasanzwe+. 1 Petero 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umwe ari i Babiloni+ yatowe nkamwe, arabaramutsa, na Mariko+ umuhungu wanje arabaramutsa.