1 Samweli 14:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Nuko Sauli akomeza ingoma yiwe kuri Isirayeli+; atangura kurwanya abansi biwe bose irya n’ino, arwanya Mowabu+ na bene Amoni+ na Edomu+ n’abami ba Zoba+ n’Abafilisitiya+; kandi aho yahindukirira hose yarahashitsako urubanza+. 2 Samweli 8:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Dawidi atsinda kandi Hadadezeri+ mwene Rehobu umwami wa Zoba+, mu gihe uno yariko aja gusubizaho ububasha bwiwe ku ruzi Efurate+.
47 Nuko Sauli akomeza ingoma yiwe kuri Isirayeli+; atangura kurwanya abansi biwe bose irya n’ino, arwanya Mowabu+ na bene Amoni+ na Edomu+ n’abami ba Zoba+ n’Abafilisitiya+; kandi aho yahindukirira hose yarahashitsako urubanza+.
3 Dawidi atsinda kandi Hadadezeri+ mwene Rehobu umwami wa Zoba+, mu gihe uno yariko aja gusubizaho ububasha bwiwe ku ruzi Efurate+.