Itanguriro 23:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Oya, mukama wanje! Nyumviriza. Itongo ndariguhaye koko, n’isenga riri muri ryo ndariguhaye. Ndariguhereye mu maso y’abahungu b’igisata canje+. Nuhambe umupfu wawe.”
11 “Oya, mukama wanje! Nyumviriza. Itongo ndariguhaye koko, n’isenga riri muri ryo ndariguhaye. Ndariguhereye mu maso y’abahungu b’igisata canje+. Nuhambe umupfu wawe.”