2 Samweli 24:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo Arawuna abwira Dawidi ati: “Umukama wanje umwami nayitware+ aheze ashikane ico abona ko ari ciza. Ehe ng’izo inka z’ishikanwa riturirwa, n’igikubitisho be n’ibikoresho vy’inka vyo kuba inkwi+.
22 Mugabo Arawuna abwira Dawidi ati: “Umukama wanje umwami nayitware+ aheze ashikane ico abona ko ari ciza. Ehe ng’izo inka z’ishikanwa riturirwa, n’igikubitisho be n’ibikoresho vy’inka vyo kuba inkwi+.