1 Abami 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yuda+ na Isirayeli bibandanya kwiberaho mu mutekano+, umuntu wese munsi y’umuzabibu wiwe no munsi y’igiti c’umusukoni+ ciwe, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, mu misi yose ya Salomo. 1 Abami 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ubu rero Yehova Imana yanje yampaye akaruhuko impande zose+. Nta wundwanya ariho, kandi nta kintu na kimwe kibi kiriko kiraba+.
25 Yuda+ na Isirayeli bibandanya kwiberaho mu mutekano+, umuntu wese munsi y’umuzabibu wiwe no munsi y’igiti c’umusukoni+ ciwe, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, mu misi yose ya Salomo.
4 Ubu rero Yehova Imana yanje yampaye akaruhuko impande zose+. Nta wundwanya ariho, kandi nta kintu na kimwe kibi kiriko kiraba+.