-
1 Ngoma 13:2Bibiliya y’isi nshasha
-
-
2 hanyuma Dawidi abwira ishengero rya Isirayeli ryose ati: “Nimba bibabereye vyiza kandi bikaba vyemerwa kuri Yehova Imana yacu, dutume intumwa kuri bene wacu basigaye mu turere twose twa Isirayeli+ no ku baherezi+ be n’Abalewi+ bari mu bisagara vyabo+ bifise amatongo y’uburagiriro, kugira ngo bakoranire aho turi.
-