Kuvayo 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 uwundi na we akaba yitwa Eliyezeri+, kuko yavuga ati: “kuko Imana ya data ari yo mufasha wanje, kuko yandokoye ikankiza inkota ya Farawo+.”
4 uwundi na we akaba yitwa Eliyezeri+, kuko yavuga ati: “kuko Imana ya data ari yo mufasha wanje, kuko yandokoye ikankiza inkota ya Farawo+.”