Guharura 26:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Iyi ni yo yari imiryango y’Abalewi: umuryango w’Abalibuni+, umuryango w’Abaheburoni+, umuryango w’Abamahili+, umuryango w’Abamushi+, umuryango w’Aba-Kora+. Kohati+ na we yavyaye Amuramu+. 1 Ngoma 24:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Bene Mushi bari Mahili+ na Ederi na Yerimoti+. Abo ni bo bari abahungu b’Abalewi hakurikijwe amazu ya ba sekuru+ yabo.
58 Iyi ni yo yari imiryango y’Abalewi: umuryango w’Abalibuni+, umuryango w’Abaheburoni+, umuryango w’Abamahili+, umuryango w’Abamushi+, umuryango w’Aba-Kora+. Kohati+ na we yavyaye Amuramu+.
30 Bene Mushi bari Mahili+ na Ederi na Yerimoti+. Abo ni bo bari abahungu b’Abalewi hakurikijwe amazu ya ba sekuru+ yabo.