Abalewi 22:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Nimwashikanira Yehova ikimazi c’ugukenguruka+, mukwiye kugishikana kugira mushimwe. Zaburi 105:1 Bibiliya y’isi nshasha 105 Nimukengurukire Yehova, mwambaze izina ryiwe+,Mumenyeshe mu bisata vy’abantu ivyo akora+. Abafilipi 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ntimwiganyire ku kintu na kimwe+, ahubwo muri vyose, mu gusenga no mu gutakamba+ hariko n’ugukenguruka, ivyo musaba bimenyeshwe Imana+;
6 Ntimwiganyire ku kintu na kimwe+, ahubwo muri vyose, mu gusenga no mu gutakamba+ hariko n’ugukenguruka, ivyo musaba bimenyeshwe Imana+;