ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 16:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Maze ashira imbere y’isandugu ya Yehova bamwe mu Balewi+ ngo babe abasuku+, kugira ngo bibutse+ abantu no kugira ngo bakengurukire+ bongere bashemeze+ Yehova Imana ya Isirayeli:

  • Zaburi 69:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Nzoshemeza izina ry’Imana n’ururirimbo+,

      Kandi nzoyininaharisha ugukenguruka+.

  • 2 Abakorinto 11:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Ya Mana ari na yo Se w’Umukama Yezu, Imwe mbere ibwirizwa gushemezwa ibihe vyose, irazi ko ntariko ndabesha.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika