2 Samweli 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Zadoki+ mwene Ahitubu na Ahimeleki+ mwene Abiyatari bari abaherezi, Seraya na we akaba umunyamabanga.
17 Zadoki+ mwene Ahitubu na Ahimeleki+ mwene Abiyatari bari abaherezi, Seraya na we akaba umunyamabanga.