1 Samweli 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi hari umugabo i Mawoni+, akaba yarangurira igikorwa ciwe i Karumeli+. Uwo mugabo yari ahambaye cane: yari afise intama ibihumbi bitatu n’impene igihumbi; yakora ivyo gukemura+ intama ziwe i Karumeli.
2 Kandi hari umugabo i Mawoni+, akaba yarangurira igikorwa ciwe i Karumeli+. Uwo mugabo yari ahambaye cane: yari afise intama ibihumbi bitatu n’impene igihumbi; yakora ivyo gukemura+ intama ziwe i Karumeli.