2 Abami 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Manase+ yari afise imyaka cumi n’ibiri igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka mirongo itanu n’itanu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Hefuziba. Matayo 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hezekiya avyara Manase+;Manase+ avyara Amoni+;Amoni+ avyara Yosiya;
21 Manase+ yari afise imyaka cumi n’ibiri igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka mirongo itanu n’itanu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Hefuziba.