2 Abami 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yosiya+ yari afise imyaka umunani igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka mirongo itatu n’umwe aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Yedida umukobwa wa Adaya w’i Bozikati+. Matayo 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hezekiya avyara Manase+;Manase+ avyara Amoni+;Amoni+ avyara Yosiya;
22 Yosiya+ yari afise imyaka umunani igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka mirongo itatu n’umwe aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Yedida umukobwa wa Adaya w’i Bozikati+.