Guharura 32:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 na Nebo+ na Bayali-meyoni+—amazina yavyo akaba yarahinduwe—na Sibuma; maze ivyo bisagara bubatse bavyita amazina yabo bwite. Yesaya 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yaduze kuri Ya Nzu be n’i Diboni+, ku bibanza bikirurutse, kuririrayo. Mowabu iraboroga kubera Nebo+ no kubera Medeba+. Ku mitwe yaho yose hari ubuhanza+; ubwanwa bwose buramowe.
38 na Nebo+ na Bayali-meyoni+—amazina yavyo akaba yarahinduwe—na Sibuma; maze ivyo bisagara bubatse bavyita amazina yabo bwite.
2 Yaduze kuri Ya Nzu be n’i Diboni+, ku bibanza bikirurutse, kuririrayo. Mowabu iraboroga kubera Nebo+ no kubera Medeba+. Ku mitwe yaho yose hari ubuhanza+; ubwanwa bwose buramowe.