Yosuwa 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 akaganza ku musozi Herumoni+ n’i Saleka n’i Bashani hose+, gushika ku rubibe rw’Abageshuri+ n’Abamayakati+, n’ica kabiri ca Gileyadi, gushika ku karere ka Sihoni+ umwami wa Heshiboni+. Yosuwa 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 na Gileyadi n’akarere k’Abageshuri+ n’Abamayakati n’umusozi Herumoni+ wose na Bashani+ yose gushika i Saleka+;
5 akaganza ku musozi Herumoni+ n’i Saleka n’i Bashani hose+, gushika ku rubibe rw’Abageshuri+ n’Abamayakati+, n’ica kabiri ca Gileyadi, gushika ku karere ka Sihoni+ umwami wa Heshiboni+.
11 na Gileyadi n’akarere k’Abageshuri+ n’Abamayakati n’umusozi Herumoni+ wose na Bashani+ yose gushika i Saleka+;