Abacamanza 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Banka kwumviriza n’abacamanza babo nyene, mugabo bashurashurana+ n’izindi mana+ bongera barazunamira. Ntibateba gukevya bava mu nzira ba sekuruza babo bari baragendeyemwo mu kugamburuka amabwirizwa ya Yehova+. Ntibakora nk’ukwo. Abacamanza 8:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Gideyoni akimara gupfa, bene Isirayeli bongera gushurashura na za Bayali+, ku buryo Bayali-beriti bayigira imana yabo+. 2 Abami 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 baguma bishingira inkingi nyeranda+ n’ibikingi vyeranda+ ku murambi wose ukirurutse+ no munsi y’igiti gitotahaye cose+;
17 Banka kwumviriza n’abacamanza babo nyene, mugabo bashurashurana+ n’izindi mana+ bongera barazunamira. Ntibateba gukevya bava mu nzira ba sekuruza babo bari baragendeyemwo mu kugamburuka amabwirizwa ya Yehova+. Ntibakora nk’ukwo.
33 Gideyoni akimara gupfa, bene Isirayeli bongera gushurashura na za Bayali+, ku buryo Bayali-beriti bayigira imana yabo+.
10 baguma bishingira inkingi nyeranda+ n’ibikingi vyeranda+ ku murambi wose ukirurutse+ no munsi y’igiti gitotahaye cose+;